Numbers 2:16 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bose na bose abāharūwe mw igugu rya Reyubeni bar’ ingabo ibihumbi ijana na mirongwitanu na kimwe n’amajana ane na mirongwitanu, nk’ukw imice yabo yakurikirana. Abo baze babe aba kabiri mu kugenda.