Numbers 2:32 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Abo ni bo bāharūwe mu Bisirayeli, nk’ukw amazu ya ba sekuruza ari: abāharūwe bose na bose bo mur’ ayo magugu, nk’ukw imice yabo yari, bar’ ibihumbi amajana atandatu na bitatu n’amajana atanu na mirongwitanu.