Numbers 21:35 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nuko bamukekana n’ abahungu biwe n’abantu biwe bose, ntihasigara n’uwa kirazira: baraheza begukira igihugu ciwe.