Numbers 22:4 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Abanyamowabu babarira abakuru b’i Midiyani, bat’ Erega ririya sinzi ry’abantu rigiye gukombotoza ibiri hirya no hino yacu vyose, nk’ukw inka zikombotoza ubgatsi bgo ku musozi. Kand’ uyo Balaki mwene Sipori ni we yari ku ngoma i Mowabu mur’ ico gihe.