Numbers 26:64 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko muri bo ntihari hakigira n’umwe mu bāharūwe na Mose na Aroni umuherezi, igihe bāharūrira Abisirayeli mu bugaragwa bg’i Sinayi.