Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Mubitangane n’ishikanwa ry’ ifu rigendana na vyo, ifu igogōretse ivanzwe n’amavuta ya elayo; iryo ku masa imwe‐imwe mur’ ayo, ukw ar’icumi n’atatu, ribe ibigiracumi bitatu vya efa, iryo ku mpfizi y’intama imwe‐imwe mur’ izo, ukw ari zibiri, ribe ibigiracumi bibiri vya efa nyene,