Numbers 30:12 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Arik’ umugabo wiwe ni yavyanzuza ku musi avyumviyeko, ivyamuvuye mu kanwa vyose vy’ amasezerano n’ivyo yaraganye akavyibohesha, ntibizohama, kuk’ umugabo wiwe yavyanjuje; kand’ Uhoraho azomuharira.