Numbers 30:14 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Arik’ umugabo wiwe ni yapfa kwihorera uko bukeye uko bgije, akamureka, azoba akomeje amasezerano yiwe yose n’ivyo yaraganye vyose bimuhambiriye. Kw azoba yarihoreye akamureka ku musi avyumviyeko, azoba yarabishinze.