Numbers 31:30 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi mu gitigiri gihawe ishengero ry’ Abisirayeli musobanure kimwe‐kimwe muri mirongwitanu, uhereye ku bantu, no ku nka, no ku ndogoba, no ku mikuku, mbere ku bigenda vyose; ubihe Abalewi, ari bo bājejwe ivy’ ihema ryanje, jewe Uhoraho.