Numbers 32:17 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
ariko twebge ubgacu tuzoba twiteguye ibirwanishwa, kugira ngo tugende imbere y’abandi Bisirayeli, gushitsa aho tuzoba tumaze kubashikana ahabo; kand’ abana bacu basigare baba mu bisagara bizitiwe kubgo gutinya ben’ igihugu.