Numbers 32:33 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nukw Abagadi n’Abareyubeni n’igihimba c’umuryango wa Manase mwene Yosefu, Mose abaha igihugu ca Sihoni umwami w’Abamori, n’igihugu ca Ogi umwami w’i Bashani; igihugu cose akibahāna n’ibisagara vyaco n’intara zavyo, ukw ivyo bisagara bigikwiragiyemwo.