Numbers 32:41 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi Yayiri wo mu ba Manase na we aragenda, atsinda ibisagara vyaho, avyita ibisagara vya Yayiri.