Numbers 4:12 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi bābīre imbombovu yose y’ibikoreshwa, n’ivyo bakoreshereza Ahēra, babitēkere mu mpuzu y’isufe, na yo bayorosekw ico kuyitwikira co mu nsāto za tahashi, baheze babishire ku miniho.