Numbers 4:14 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
bagereke hejuru ibintu vyaco vyose bakoresha ibikorwa vyaco, ar’ ivyo kurahuza, ar’ ivyo kwōkōza inyama, ar’ ivyo kuyoza umunyota, ar’ imibehe, mber’ imbombovu yose y’ico gicaniro; baheze bongere bakirenzekw ico kugitwikira co mu nsāto za tahashi, binjize n’iminiho kuri co.