Numbers 4:16 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ ivyo Eleyazari mwene Aroni umuherezi ajējwe bize bibe amavuta y’amatara, n’imibavu itamirana, n’ishikanwa ry’intahava ry’ifu, n’amavuta yo kurobanuza abahabga ibango, atekw azēzwe n’iryo hema iyo riva rikagera, n’ibiri muri ryo vyose, Ahēra, n’ibintu vyaho.