Numbers 4:26 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
n’ impuzu zo kubamba ngo zibe urugo, n’igihuzu co gukinga mw irembo ry’urwo rugo rukīkūza ihema n’igicaniro, n’imigozi yavyo, n’ibikoreshwa vyavyo vyose; ibikorwa vyo ku ruhande rw’ivyo vyose babe ari bo babikora.