Numbers 4:27 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Aroni n’abana biwe babe ari bo bagera aba Gerushoni mu bikorwa vyabo vyose, ari mu vyo barerura vyose, ari mu bindi bakora vyose: mubagerere ivyo barerura vyose, mubibazēze.