Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
n’ibirimbi vy’urugo rwo kurikīkūza, n’ibitereko vyavyo vyo kubinegamwo, n’imambo zavyo n’imigozi yavyo, bo n’ibintu vyaryo vyose vy’imbombovu, n’ ibikoreshwa vyaryo vyose: mubagerere ivyo barerura, mubibazēze, mubidonze mu mazina yavyo.