Numbers 4:33 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ivyo abe ari vyo biba ibikorwa vy’imiryango y’aba Merari, ibikorwa vyabo vyose vyo mu vy’ihema ry’ibonaniro; baze babirābirwe na Itamari mwene Aroni umuherezi.