Numbers 5:20 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Arikw asangwa wararetse kuba ari we urāba, kand’ ari we akikuganza, ukihumanya, hakaba har’ uwundi mugabo mwaryamanye atar’ uwawe—