bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Bible
/
Compare Numbers 9:18
Numbers 9:18 — Compare Translations
1 translations compared side by side
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Icagezwe c’Uhoraho ni co cahagurutsa Abisirayeli, kandi ni co cabaha gusagaza; igihe cose ico gicu cāmara kur’ iryo hema, na bo bāguma aho bashagaje.