Numbers 9:23 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Icagezwe c’ Uhoraho ni co cabaha gusagaza, kandi ni co cabahagurutsa; bitondera ico Uhoraho yabihanikirije, nk’uko yatumye Mose.