Obadiah 1:13 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Abantu banje ntiwari kubāzira mw irembo, umusi baboneyekw amagorwa; mbere ntiwari kwirābira utw’ ininga agahahazo barimwo, umusi baboneyekw amagorwa; kandi ntiwari gusahura ibintu vyabo, umusi baboneyekw amagorwa.