Proverbs 11:14 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ahabuze abarōngōra b’ubgenge abantu barahenebera, Ariko mu nama ya benshi habonekamw’ amahoro.