Proverbs 4:25 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Amaso yawe atumbere imbere, N’ibigohe vyawe vyerekeze imbere yawe.