Psalms 119:48 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nzotarikira amaboko amabgirizwa yawe, kukw ari yo nkunda; Kandi nzokwiyumvira ivyo washinze.