Psalms 119:83 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kuko mpindutse nk’umukuza w’urusato umanitswe ku mwotsi; Ariko sinibagira ivyo washinze.