Psalms 145:10 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uhoraho, ivyo waremye vyose bizogushima: Abakunzi bawe bazogushemagiza.