Psalms 60:7 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Gileyadi n’ahanje, umuryango wa Manase n’uwanje; Uwa Efurayimu ni wo ukīngira umutwe wanje; Uwa Yuda ni wo cumu ry’ ubugabe bganje.