Psalms 62:8 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Yemwe bantu, mwame muyizigira ibihe vyose: Musuke ivyo mu mitima yanyu imbere yayo: Imana ni yo itubera ubuhungiro.