Psalms 86:14 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Mana, abibone barampagurukiye, Igitero c’abantu b’ibirara kirondera kunyica, Kandi ntibagushizek’ umutima.