Psalms 89:46 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uhoraho we, uzogeza hehe kwihisha ibihe vyose? Uburake bgawe buzogeza hehe kwaka nk’umuriro?