Revelation 21:19 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Umushinge w’uruzitiro rw’ico gisagara wari ushazishijwe n’amabuye y’agaciro y’ubwoko bwose. Irya mbere ryari yasipi, irya kabiri safiro, irya gatatu kalukedoni, irya kane simaragido,
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Amatanguriro y’urugo rwa wa murwa yar’ asharijwe n’amabuye y’amoko yose y’utubuyenge tw’igiciro kinini. Ibuye ry’itanguriro rya mbere ryari yasipi, irya kabiri ryari safiro, irya gatatu ryari kalukedoni, irya kane ryari simaragido,