Revelation 9:7 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Izo nzige zari zimeze nk’amafarasi yiteguriye kuja ku rugamba. Ku mitwe zari zambaye igisa n’urugori rw’inzahabu, kandi mu maso hazo hari hameze nk’ah’abantu.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ ishusho y’izo nzige yasa n’iy’ amafarasi yiteguriwe intambara, zari zambaye mu mitwe nk’ibitsibo bisa n’izahabu, mu maso hazo hasa n’ah’ abantu.