Romans 1:19 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Yamara ibikenewe vyose kugira ngo bamenye Imana biragaragara mu maso yabo, kuko Imana ubwayo yabishize ahabona.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kukw ivyo umuntu yomenya vy’Imana vyerekanwa muri bo, Imana ari yo yabiberetse.