Romans 1:25 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ukuri kwerekeye Imana bagukavye ikinyoma, hanyuma barasenga bongera bakorera ivyaremwe, babikorera ivyo bari bakwiye gukorera Umuremyi, we abereye gushimwa ibihe vyose! Amen.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
kuk’ ukuri kw’Imana bāgukāvye ibinyoma, bagasenga bagakorera icaremwe, bakakirutisha Iyakiremye, ni yo ikwiye gushimwa ibihe bidashira: Amen.