Romans 11:10 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Reka amaso yabo ahume ntibashobore kubona, n’imigongo yabo yame ihetamye ibihe vyose!”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Amaso yabo n’ahumwe, ntibabone, Kandi wame ubahetamitse umugongo imisi yose.