Romans 15:21 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Nakoze nisunze iri jambo ryo mu Vyanditswe Vyera rivuga riti: “Abatigeze bumva ivyiwe, bazomubona; kandi abatigeze bamwumva, bazotahura ivyiwe.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
yamara ngo bimere nk’uko handitswe, ngw Abatīgāniwe ivyiwe bazobibona, Kand’ abataravyumva bazovyitegereza.