Romans 2:14 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Abanyamahanga badafise ivyagezwe, iyo bakoze ivyo ivyagezwe bisaba, bamera nk’aho babifise mu mitima yabo, naho batabifise.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Abanyamahanga badafise ivyagezwe n’Imana iyo bakoze ibibgirizwa na vyo kubgabo, baba bihindukiye ivyagezwe naho batabifise: