Romans 3:30 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Hari Imana imwe gusa, kandi yemera abantu ko bagororotse biciye mu kwizera, baba Abayuda canke abanyamahanga.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
kw Imana ar’ imwe, izotsindanishiriza abākebge kubg’ ukwizera, kand’ izotsindanishiriza abatākebge babiheshwa n’ukwizera.