Romans 3:7 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Vyoshoboka ko hari abaciyumvira bati: “None nimba ububi bwanje burushiriza kwerekana ko Imana ari inyakuri kandi bikayihesha icubahiro, ni kuki yoncira urubanza nk’umunyavyaha?”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko namb’ ibinyoma vyanje vyatumye ukuri kw’Imana kurushiriza kwerekanwa, bikayitera icubahiro, n’iki gituma nanje ncirwa urubanza nk’umunyavyaha?