Romans 4:10 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Mbega none ivyo vyabaye ryari? Imana yoba yamwemeye nk’umugororotsi amaze gukebwa canke atarakebwa? Mu vy’ukuri, Imana yamwemeye nk’umugororotsi atarakebwa!
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kwāharūwe ryari? Yari yarakebge, canke ntiyaribgakebge? Ico gihe s’uko yar’ amaze gukebga, ariko ntiyaribgakebge.