Romans 4:18 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Mbere no mu gihe vyaboneka ko ata vyizigiro bikiriho, Aburahamu we yabandanije yizera, gutyo aba sekuruza w’amahanga menshi kuko Imana yari yavuze iti: “Uko ni ko abagukomokako bazongana.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Aburahamu yizera yizigiye ibitokwizigiwe, ngw abe sekuruza w’amahanga menshi, nk’uko vyavuzwe, ng’ Uruvyaro rwawe ni ko ruzongana.