Romans 4:19 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ico gihe yari afise hafi imyaka ijana, ariko ukwizera kwiwe ntikwigeze kugabanuka, naho umubiri wiwe wari umaze kuba akaheze, kandi na Sara akaba yasa n’utagishobora kuvyara.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi ntiyagabanukak’ ukwizera, yitegereje umubiri wiwe umaze kuba akāheze, kuko yar’ amaze imyaka nk’ijana y’amavuka yiwe, na Sara yari yaraciye.