Romans 4:2 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Iyo Aburahamu yemerwa n’Imana nk’umugororotsi kubera ibikorwa vyiza yakoze, yari kuba afise ico yirata. Ariko imbere y’Imana si ko vyagenze.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Iyo Aburahamu atsindanishirizwa n’ibikorwa, aba afise ico yihaya. Arikw imbere y’Imana nta co afise.