Romans 4:9 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
None, ayo mahirwe Dawidi avuga ni ay’Abayuda gusa? Oya, na mba! Ni n’ay’abanyamahanga na bo nyene. Kuko, twamaze kuvuga ko Aburahamu yizeye Imana, maze ukwo kwizera kwiwe gutuma Imana imwemera nk’umugororotsi.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Mbeg’ ubgo buhirwe buvugwa ku bākebge bonyene, canke ku batākebge na bo? Kuko tuvuga, tut’ Ukwizera kwaharūwe kuri Aburahamu nk’ukugororoka.