Romans 5:13 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Mu vy’ukuri, n’imbere y’uko Imana iha Mose Ivyagezwe, icaha cari mw’isi. Ariko Imana ntiyabibagiriza kuko ata vyagezwe vyari bwatangwe.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
ivyagezwe bitarabaho, icaha cari mw isi, arikw abantu ntibāharūrwakw icaha, ivyagezwe bitariho.