Romans 5:16 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ibiva mu ngabire y’ubuntu bw’Imana biratandukanye cane n’ivyavuye mu caha c’umuntu umwe kuko inyuma y’icaha ca Adamu hakurikiye gutsindwa n’urubanza, ariko ingabire y’ubuntu bw’Imana yatumye twemerwa na yo naho dufise ivyaha vyinshi bitwagira.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ iyo ngabire ntiyaje nk’icazanywe n’igicumuro c’umuntu umwe: kuko gucirwa urubanza kwavuye ku muntu umwe, kugatera gutsindwa, ariko ya ngabire yavuye mu bicumuro vyinshi, izana gutsindanishirizwa.