Romans 6:10 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Igihe yapfa, yapfuye rimwe rizima kugira ngo amare icaha ubushobozi. Ariko noneho ko ariho, ariho kugira ngo aheshe icubahiro Imana.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ukwo gupfa yapfuye, ni ho yapfuye rimwe ku caha; ariko kw ariho, ariho ar’ uw’ Imana.