Romans 7:17 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Kandi ko nkora ivyo ntashaka, vyerekana ko atari jewe ndabikora, ariko ko ari icaha kiba muri jewe.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
None rero si jewe nkibikora, ariko n’icaha kimbamwo.